Newest video updates regarding Coronavirus. Watch this “Ibice bigera ku 98% vy'abanduye Coronavirus barakira mu gihe ata ngorane z'abasoda b'umubiri bafise” video below:


#Burundi #Santé Umushikiranganji w’Amagara y’Abantu amenyesha ko ibice hafi 98 kw’ijana (98%) vy’abanduye umugera wa #Coronavirus basanzwe atazindi ngwara bari bafise bashobora gukira kubera ukwigwanira kw’abasoda b’umubiri. Inyuma y’inyigisho ku bamenyeshamakuru zigamije kubakangurira ngo bafashe mu guhimiriza abenegihugu bikingire #Coronavirus, Muganga Thadée Ndikumana yamenyesheje ko…..(read more)